Search

VITABU PEPE NA VITABU VYA SAUTI BURE

Injili ya Maji na Roho

Kirundi  2

GARUKA KU BUTUMWA BWIZA BUBONEKERA MU MAZI NA MPWEMU [Igisomwa gishasha casubiwemwo]

Rev. Paul C. Jong | ISBN 9788928262182 | Kurasa 373

Pakua vitabu pepe na vitabu vya sauti BURE

Chagua muundo wa faili unaopendelea na upakue salama kwenye simu yako, kompyuta au kompyuta kibao kusoma na kusikiliza mkusanyiko wa mahubiri wakati wowote na mahali popote. Vitabu vyote pepe na vitabu vya sauti ni bure kabisa.

Unaweza kusikiliza kitabu cha sauti kupitia kichezaji hapa chini. 🔻
Miliki kitabu kilichochapishwa
Nunua kitabu kilichochapishwa kwenye Amazon
IBIRIMWO

1. Ubutumwa Bwiza bw’Umwimerere bwo Kuvuka Ubwa Kabiri n’iki? (Yohana 3:1-6) — 19
2. Amadini y’ikinyoma hamwe n’Abanyabinyoma mu Bukristo (Yesaya 28:13-14) — 83
3. Mbega Ubutumwa Bwiza bugizwe n’Amaraso Yonyene, bugizwe n’Amazi Yonyene, canke bugizwe n’Amazi n’Amaraso? (Kuvayo 12:43-49) — 155
4. Ukwatura kw’ukuri ni ukwahe? (1 Yohana 1:9) — 215
5. Ibinyoma biri mu Nyigisho z’Igenwa ry’Imbere y’Ibihe no mw’Itoranywa (Abaroma 8:28-30) — 227
6. Ubuherezi Bwahinduwe (Abaheburayo 7:1-28) — 263
7. Dushimire Uhoraho mu Kwizera, Tudatahura nabi Igikorwa ca Yohana Umubatizi (Matayo 11:1-11) — 317
8. Turashobora Gukizwa Biciye mu Kwizera Igikorwa c’Umubatizo Yesu Yakiriye n’Amaraso Yiwe Yasheshe (Yesaya 53:4-10) — 343
 
Reka tugaruke ku Butumwa bwiza bw’amazi na Mpwemu. Inyigisho ndoramana hamwe n’inyigisho z’idini ubwavyo ntibishobora kudukiza. Yamara, abakristo benshi baracabikurikira, ivyo bica bituma n’ubu batavuka ubwa kabiri. Kino gitabu kiratubwira neza amakosha inyigisho ndoramana hamwe n’iz’idini yakozwe n’ukuntu twokwizera Yesu mu buryo bubereye.
Zaidi

Vitabu vinavyohusiana na kichwa hiki

The New Life Mission

Shiriki katika utafiti wetu

Ulitujuaje?