Search

免费电子书和有声读物

水与灵的福音

基隆地语 1

WOBA WARAVYAWE UBWA KABIRI VY’UKURI N’AMAZI NA MPWEMU? [Igisomwa gishasha casubiwemwo]

Rev. Paul C. Jong | ISBN 9788928261741 | 页码 381

下载免费电子书和有声读物

选择您喜欢的文件格式,安全下载到手机、电脑或平板电脑,随时随地阅读和收听讲道集。所有电子书和有声读物都完全免费。

您可以通过下方播放器收听有声读物。🔻
拥有平装书
在亚马逊购买平装书
Ibirimwo
 
Igice ca mbere—Inyigisho
1. Dutegerezwa kubanza kumenya ibijanye n’ivyaha vyacu kugira ngo ducungurwe (Mariko7:8-9, 20-23) — 19
2. Abantu bavuka ari abanyavyaha (Mariko7:20-23) — 37
3. Dukoze nk’uko ivyagezwe bivuga, vyodukiza? (Luka 10:25-30) — 51
4. Ugucungurwa kw’ibihe bidashira (Yohana 8:1-12) — 75
5. Umubatizo wa Yesu n’uguhongerwa kw’ ivyaha (Matayo 3:13-17) — 107
6. Yesu Kristo yaraje aca mu mazi, mu maraso, na Mpwemu (1 Yohana 5:1-12) — 159
7. Umubatizo wa Yesu ni ikigereranyo c’agakiza ku banyavyaha (1 Petero 3:20-22) — 195
8. Ubutumwa bwiza bwo guhongerwa kw’umusesekara (Yohana 13:1-17) — 215
 
Igice ca kabiri—Inyongera
1. Intahe z’agakiza — 287
2. Insiguro zongeweko — 309
3. Ibibazo & Inyishu — 345
 
 
Icigwa nyamukuru c’ijambo ry’umutwe ni  Kuvuka ubwa kabiri mu mazi hamwe no muri Mpwemu. » Niyo ntumbero y’iki cigwa.Muyandi majambo, iki gitabo kiratubarira neza ic’arico  kuvuka ubwa kabiri n’ingen’umuntu ashobora kuvuka ubwa kabiri mu Mazi hamwe no muri Mpwemu  nk’uko Bibiliya ibivuga.Amazi agereranya ukubatizwa kwa Yesu kuri Yorodani kandi Bibiliya ivuga yuko ivyaha vyacu vyose vyashizwe kuri Yesu igihe yabatizwa na Yohani umubatizi.Yohani yaserukira ubwoko bwose bw ‘abantu kandi yava mu muryango wa Aroni umuherezi mukuru.Aroni yarambika ibiganza ku mutwe w’impene yo gusendwa hanyuma akayaturirako ivyaha ab’Isirayeli baba bakoze mu mwaka wose,ivyo akabikora ku musi mukuru w’impongano.Cari igitutu c’ivyiza vyagira bize.Umubatizo wa Yesu ni igishushanyo co kurambikako ibiganza.Yesu yabatijwe mu buryo bwo kurambikwako ibiganza kuri Yorodani.Gurtyo yakuyeho ibicumuro vyose vy’isi  biciye m’umubatizo kandi yabambwe kugira arihe ikiguzi c’ivyaha.Ariko abakristo benshi ntibazi igituma yesu yabatijwe na yohani umubatizi kuri Yorodani.Umubatizo wa Yesu nico cigwa nyamukuru c’iki gitabo,kandi nirwo ruhande ntayegayezwa rw’Ubutumwa bw’Amazi hamwe na Mpwemu.Dushobora kuvuka gusa ubwa kabiri mu kwizera umubatizo wa Yesu hamwe n’umusalaba wiwe.
更多

与该标题相关的书籍

The New Life Mission

参加我们的调查

您是如何了解到我们的?