Search

免费电子书和有声读物

水与灵的福音

基隆地语 2

GARUKA KU BUTUMWA BWIZA BUBONEKERA MU MAZI NA MPWEMU

Rev. Paul C. Jong | ISBN 9788928241675 | 页码 335

下载免费电子书和有声读物

选择您喜欢的文件格式,安全下载到手机、电脑或平板电脑,随时随地阅读和收听讲道集。所有电子书和有声读物都完全免费。

您可以通过下方播放器收听有声读物。🔻
拥有平装书
在亚马逊购买平装书
IBIRIMWO
 
Intangamarara
1. Insiguro y’Ubutumwa Bwiza Nyakuri bwo Kuvuka Ubwa Kabiri (Yohana 3:1-6)
2. Abiyita Abakristo hamwe n’Abanyakinyoma mu Bukristo (Yesaya 28:13-14)
3. Ugukebwa nyakuri kw’impwemu (Kuvayo 12:43-49)
4. Uburyo bwo kwatura icaha bubereye kandi bw’ukuri (1 Yohana 1:9)
5. Ikinyoma cihishe mu nyigisho zivuga Ukugenwa kw’imbere y’ibihe hamwe n’Itoranya ry’Imana (Abaroma 8:28-30)
6. Ubuherezi bwahinduwe (Abaheburayo 7:1-28)
7. Umubatizo wa Yesu ni intambwe idahara mu Gucungurwa (Matayo 3:13-17)
8. Reka dukore Ukugomba kwa Data mukwizera (Matayo 7:21-23)
 
Reka tugaruke ku Butumwa bwiza bw’amazi na Mpwemu. Inyigisho ndoramana hamwe n’inyigisho z’idini ubwavyo ntibishobora kudukiza. Yamara, abakristo benshi baracabikurikira, ivyo bica bituma n’ubu batavuka ubwa kabiri. Kino gitabu kiratubwira neza amakosha inyigisho ndoramana hamwe n’iz’idini yakozwe n’ukuntu twokwizera Yesu mu buryo bubereye.
更多

与该标题相关的书籍

The New Life Mission

参加我们的调查

您是如何了解到我们的?