Search

免費電子書和有聲讀物

水與靈的福音

基隆地語 53

UBWENGE BW’UBUTUMWA BWIZA BW’UMWIMERERE

Rev. Paul C. Jong | ISBN 9788928260225 | 頁碼 406

下載免費電子書和有聲讀物

選擇您喜歡的文件格式,安全下載到手機、電腦或平板電腦,隨時隨地閱讀和收聽講道集。所有電子書和有聲讀物都完全免費。

您可以通過下方播放器收聽有聲讀物。🔻
擁有平裝書
在亞馬遜購買平裝書
IBIRIMWO

Intangamarara 
1. Ni ikihe Caha c’Inyanduruko c’abantu? (Mariko 7:20-23)
2. Mbega Ubutumwa bwiza bwuzuzwa n’amaraso gusa, canke bwuzuzwa n’amazi gusa, canke bwuzuzwa na vyose bibiri? (Kuvayo 12:43-49)
3. Isano riri hagati y’Igikorwa ca Yohana Umubatizi hamwe n’Inkuru nziza yo Guhongerwa kw’Ivyaha (Matayo 21:32)
4. Ni iyahe nsiguro nyakuri yo Kuvuka Ubwa Kabiri? (Yohana 3:1-15)
5. Ikimazi Cahinduwe (Abaheburayo 7:1-28)
6. Umwagazi w’intama w’Imana ukuraho icaha c’abari mw’isi! (Yohana 1:29)
7. Ubutumwa bwiza bwo Guhongerwa Bwahanaguye ivyaha vyawe vyose (Yohana 13:1-17)
8. Ubutumwa bwiza bw’Umwimerere bushobora kunesha ivyaha vy’isi (1 Yohana 5:4-9) 
 
Ubutumwa bwiza bw’umwimerere bwanditswe muri kino gitabo ni ubutumwa bwiza nyakuri bwitwa “ubutumwa bwiza bw’amazi na Mpwemu.” Gushika ubu, uko biri kwose, isinzi ry’abakristo ntibazi ko ubutumwa bwiza bw’amazi na Mpwemu ko vy’ukuri ari bwo butumwa bwiza nyakuri, ingaruka yavyo nuko mu buryo butaribwo baciye bizera ‘ubutumwa bwiza bw’igice’. Nico gituma ukwizera kwabo kudatera imbere, kandi vyatumye batabona ugutera imbere na kumwe kwo mu buryo bw’impwemu. Ukwizera kwabo kwama iminsi yose kudatunganye, kugizwe n’imyemerere y’ivyagezwe canke iy’amayobera. Ingaruka yavyo nuko bisanga ataco bashoboye atari kuguma bafise imitima y’ikinyavyaha. Ni ubwahe bushobozi bw’impwemu abo bakristo boronka vy’ukuri mugihe ivyaha vyabo biguma ari ubwome mu mitima yabo? Kubera ko bacitse abakristo babanyantege nke, ubuzima bwabo muri iyi isi nabwo nyene ni ubw’impfa gusa. Turashobora kuvuga rero ko ubukristo bwa kino gihe bufise igice c’ubutumwa bwiza mbere n’ishengero ryatubanjirije. Nuko rero, twese dutegerezwa ubu kwubura kandi ubutumwa bwiza imbere yuko harengerana, tukamenya urukundo ryakuri rw’Imana hama tukizera urwo rukundo rw’ukuri.
更多

與該標題相關的書籍

The New Life Mission

參加我們的調查

您是如何得知我們的?